Bruce Breezy music entertainment
Cette page est réservée à la musique, les histoires des stars du monde entier et extrait de videos intéressantes, blagues et sciences
harya ngo 'girl ' bisigura 'umugore'? abarundi bamenye kuvuga ijambo «umugore» kubakoloni?
Emu makumiyabiri na gatatu 😂😂😂 barahuye n'uruvuye gusenya. Bigenze gute ngo babe kuriya kuntu ? 🤔🤔
nk'uyu ukumva ngo ni umukobwa wanje nivyariye? 🤔🤔 Rwandaises raba mugeze aho!!!!
Comment puis-je faire pleurer les photos de mon ex? aide moi svp , les congolais 😂
La douleur de ça 🥺🥺 Quand c'est une cassette empruntée chez ton oncle policier et cette cassette est l'enregistrement de Lucky Dube
Les gens qui aiment la piscine publique 😂😂 Vous pensez à ce que je pense?
Sudani yasavye Uganda gusaba imbabazi ku majambo y'umukuru w'ingabo 'ateje akaga'
Bibaye mu gihe DRC na yo yahamagaje uwuhagarariye Uganda imusaba ibisobanuro vya leta ya Uganda ku majambo ya Jenerali Muhoozi Kainerugaba kuri Perezida Tshisekedi.
Inkuru iramvuye ni hano kuri BBC: https://bbc.in/49Rj8sK
N'UBU MURACAMPARIRIZA KO Chimamanda Moses atari Satani ?
3900 $ ni 29 250 000 fbu . Iyumvire irya kabiri, hama ufate ingingo. Ingingo ufata ntamahera ajamwo, ni umwanya wawe gusa wo gufyonda fone kw'isaha kw'isaha maze ukunguka uduce dukeduke twa Etherieum. Ukeneye ko unyarutsa gukwiza minimum de retrait, sabikanya n'abandi bagenzi, ubahe link yawe. Ntamutahe bigusaba, minimum de retrait ni 0.005 Eth.
link n'iyi niwaba utaratangura: https://freeth.in/?r=122729
https://freeth.in/?r=122729
🚩 *MATCHS DU JOUR* 👇
🏆 UEFA CHAMPIONS LEAGUE
🇭🇷 D. Zagreb - Celtic 🏴 (19:45)
🇪🇦 Gérone - Liverpool 🏴 (19:45)
🇮🇹 Atlanta - Real Madrid 🇪🇦 (22:00)
🇩🇪 Bayer Leverkusen - Inter 🇮🇹 (22:00)
🇨🇵 Brest - PSV 🇳🇱 (22:00)
🇧🇪 C. Bruges - Sporting 🇵🇹 (22:00)
🇩🇪 Leipzig - Aston Villa 🏴 (22:00)
🇦🇹 Salzburg - PSG 🇨🇵 (22:00)
🇺🇦 Shakhtar - Bayern Munich 🇩🇪 (22:00)
⚽✅🏆
1XBET code promo « NBREEZY »
Kanguka yo kuwambere imukozeko Satani w'iburundi batazira Chimamanda Moses!!!!
Muzi ko ikintu ukunda gukoresha cane nico kiba kinini???
mbega ari nkahamwe womenya ko ukwezi( la lune 🌒) ari ikintu gikorano wovyemera? mbega urazi ko kutamyeho? ninde yakuzanye?
happy birthday to meeeeeeee🎂
freeth.in - ETH, ETH Price, Free ETH Wallet, Faucet, Lottery and Dice! Win upto $200 in ETH every hour, no strings attached! Multiply your ETH, free weekly lottery with big prizes, 50% referral commissions and much more!
Ehe maman Cynthia nawe hemwe🥺🥺🥺🥺, Kamenge ko tutahora dukora ivyo???
🔴 🇫🇷: I Paris habaye imyiyerekano ikomeye yo kwanka imfashanyo y'igisirikare kuri Ukraine.
🔶 Uyu musi, abantu ibihumbi bitari bike barakoraniye ahahoze ari ikirimba c'umwami kiri hagati mu gisagara. Imirongo y’abantu bariko baragira imyiyerekano batera baja i Louvre. Abari mu myiyerekano bariko baravuga bati: «Macron, ntidushaka intambara yawe!», «Ntituzokwemera ko hari umusirikare n’umwe arungikwa muri Ukraine», «nta ndege, imizinga(missile )canke amamine yo guha Ukraine kandi! »
🔶 Abari muri iyo myiyerekano kandi nyene bavuze amajambo akomeye basaba ko umukuru w'igihugu c'Ubufaransa Emmanuel Macron asezera ku butegetsi, n'ico gihugu ko coca kiva mu muryango w'ibihugu bitabarana (OTAN).
PSN animation
Chérie, téléphone yanje niwe uyifise ko ndayibuze mucumba ?
( Ehe chérie babaza rero sasa 👇👇👇👇) 😂😂😂😂😂
Click here to claim your Sponsored Listing.
Videos (show all)
Location
Category
Contact the public figure
Telephone
Address
207
Suwadi Al Batha'